SBS Kirundi - SBS mu Kirundi podcast artwork

SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

by SBS · RN · News, Society & Culture

Independent news and stories from SBS Audio, connecting you to life in Australia and Kirundi-speaking Australians. - Amakuru yo kwizera hamwe n’inkuru ziguha akaryo ko kumenya ivy’ubuzima muri Australie co kimwe n’umuryango ndundi uba muri Australie.

400episodes
2018first episode
Weeklynew episodes
10 mintypical episode

Latest episodes

  1. What is TAFE and is it right for your career in Australia? - TAFE ni iki, kandi yoba ari yo nzira ibereye y'akazi kawe muri Australiya?

    Thinking about studying, improving your English, changing careers or having your overseas qualifications recognised in Australia? Technical and Further...

    16 min
  2. Be prepared for snake season in Australia - Kwitegurira igihe co kuguma tubona inzoka muri Australiya

    Snakes are often seen in Australia in spring and summer. You may also see one at other times of year, depending on the weather. Here are some expert tips on...

    13 min
  3. What does Kumanjayi mean? Understanding Sorry Business - Ijambo Kumanjayi risigura iki? Gutahura icarico Sorry Business

    When someone dies, families and communities may have cultural practices and responsibilities around mourning. For many Aboriginal and Torres Strait Islander...

    16 min
  4. Travelling safely in rural and remote Australia - Kugenda neza kandi mu mutekano inyuma y’igisagara na ruguru muri Australiya

    Australia is a vast and diverse country to explore, but driving in rural and remote areas can involve conditions you may not encounter in cities. Knowing...

    13 min
  5. #122 Asking someone to take your photo (Med) - #122 Kubaza umuntu ko yogufotora (Med)

    Learn English useful for asking stranger for a little help, including asking someone to take a photo, give directions or help with a bag. - Learn English ni...

    8 min
  6. Bonus Practice: #122 Asking someone to take your photo (Med) - Bonus Practice: #122 Kubaza umuntu ko yogufotora (Med)

    Practise speaking the dialogue from episode #122 Asking someone to take your photo - Imenyereze kuganira biciye muriki kiganiro #122 Kubaza umuntu ko...

    3 min
  7. Prostate cancer in Australia: Testing, treatment and support - Kanseri y’igihimba c’irondoka c’abagabo muri Australiya: Kwipimisha, kuvurwa no gushigikirwa

    About one in five Australian men will be diagnosed with prostate cancer in their lifetime. Understanding the prostate, your risk and the options for testing...

    15 min
  8. Birth and pregnancy care options in Australia - Amahitamwo ufise ku bijanye no kwitwararika imbanyi hamwe no kwibarukira muri Australiya

    If you're first-time parents in Australia, choosing where and how to give birth can feel overwhelming. Whether you go through the public or private health...

    14 min
  9. How people shape change, and why your voice matters | How Australia Works - Gute umuntu atuma haba amahinduka, n’igituma ijwi ryawe rifise akamaro|Ingene Australiya ikora

    Can a small group change a local council decision? When Julie learns her community library may close, she joins other residents in a campaign to save it. Her...

    7 min
  10. How laws change, and why it takes time | How Australia Works - Ingene amategeko ahinduka kandi ni kuki bifata igihe kirekire |Ingene Australiya ikora

    How do laws change in Australia? Through Rodney Croome’s campaigns for human rights and marriage equality, learn how personal stories, community action,...

    9 min
  11. Bonus Practice: #121 Picking up a prescription (Med) - Bonus Practice: #121 Gutora umuti wandikiwe na muganga (Med)

    Practise speaking the dialogue from episode #121 Picking up a prescription(Med) - Niwimenyereze gusubiramwo ikiyago kiri mu Gice #121 Gutora umuti wanditswe...

    4 min
  12. #121 Picking up a prescription (Med) - #121 Gutora umuti wandikiwe na muganga (Med)

    Learn English useful for picking up prescription medicine. Practise phrases for filling a prescription, asking how to take medicine, understanding the...

    10 min
  13. Breast screening: What to expect and why it matters - Kwisuzumisha amabere: Ivyo wokwitega n’igituma bihambaye

    Regular breast screening can help find breast cancer early, before you notice any signs or symptoms. Screening is free for eligible women or people at risk...

    16 min
  14. What are Indigenous Protected Areas in Australia? - Ibibanza bikingiwe n’abasangwabutaka muri Australiya ni ibihe?

    National parks, nature reserves, marine sanctuaries and Indigenous Protected Areas protect different environments and operate under different rules. What...

    10 min
  15. Amategeko akorwa gute, kandi akugirako ingaruka gute | Ingene Australiya ikora

    Amategeko akorwa gute muri Australiya? Biciye ku nkuru yumukurambere w’umuryango w’abasangwabutaka ba Wurundjeri yitwa Uncle Dave Wandin yerekeye Birrarung,...

    12 min
  16. Indimi ziriko zirahinduka muri Australiya zituma SBS isubiramwo ingene ishikiriza ibiganiro

    Imiryango myinshi ivuga urundi rurimi hamwe n’abimukira baba muri Australiya bafise inkuru n’ivyibutso vyihariye bijanye no kwumviriza ibiganiro bica kwi...

    10 min
  17. Kuki ubutegetsi butandukanye, kandi ni gute bugukingira? | Ingene Australiya ikora

    Inyuma yo gucibwa ihadabu kubera ko atari yambaye neza igikingira umutwe ari ku moto yiwe, Hugo yafashe ingingo yo gushikiriza ico kibazo sentare. Inkuru...

    7 min
  18. Ninde vyukuri atwara Australiya, woba ufise ikibanza icahe | Ingene Australiya ikora

    Woba uzi uwoshobora kugufasha igihe ukeneye uruhusha rwo gutangura kwikorera utwawe, ufise ikibazo kijanye nokuriha inzu ubamwo canke ukeneye imfashanyo yo...

    9 min
  19. Waramaze kuba uwaha | Ingene Australiya ikora

    Inzego za reta za Australiya, amategeko n’ibikorwa vya reta vyoba bigira gute ingaruka mubuzima bwawe bwa minsi yose? Biciye mu ntahe, iki gice gitangura...

    4 min
  20. Woba utinya urushinge? Ubushakashatsi bushobora kurangiza ibipimo bikorwa harinze kuvomwa amaraso

    Patrick Rufangura ariko ararangiza ivyirwa vyiwe vya PhD kuri kaminuza imwe muri Sydney, yakoze ubushakashatsi bushobora guhindura amateka y'isi mw'isuzumwa...

    12 min

Showing the latest 20 of 400. Every episode is in the API: GET /v1/podcasts/pod_1qd6525dcsbn6rmjq5d0f4hp5a/episodes

More news podcasts →